Artist: Apollinaire Habonimana
Lyrics of Artist: Apollinaire Habonimana
  1. [Lyric] Nama ntangara (Apollinaire Habonimana)

    Nama ntangara Iyo nkubonye, nsanga urengey' uko bambwiye Kandi ijwi ryawe rindutira amajwi yose nama nunva Ivyukora vyose nivyiza Kukubikorana urukundo Ivyuvuga vyose nukuri Kuko bivuga urukundo Nama ntangara iyo nkubonye Nsanga urengey' ukobambwiye Kandi ijwi ryawe rindutira amajwi yose nama nunva (Nisanze?) murukundo rwawe Wamberey'...Learn More
    popApollinaire Habonimana
  2. [Lyric] Umva Icatumye (Apollinaire Habonimana)

    Icatumye mpinduka nitw' umukunzi N'Imana nyene imbabazi, data wa twese Nuko har' uwiyambuye ubwiza bwose Yambar' umuvumo wose nububi bwanje? Yankunze ntabibereye, nar'uwo gupfa Niwe yampuje n'Imana, ubu ndashima Ni Yesu, zina riryoshe Niwe yirata Yankunze ntabibereye, nar'uwo gupfa Niwe ya mpuje n'Imana, ubu ndashima Ni Yesu, zina riryoshe Niwe...Learn More
    popApollinaire Habonimana