Nama ntangara
Iyo nkubonye, nsanga urengey' uko bambwiye
Kandi ijwi ryawe rindutira amajwi yose nama nunva
Ivyukora vyose nivyiza
Kukubikorana urukundo
Ivyuvuga vyose nukuri
Kuko bivuga urukundo
Nama ntangara iyo nkubonye
Nsanga urengey' ukobambwiye
Kandi ijwi ryawe rindutira amajwi yose nama nunva
(Nisanze?) murukundo rwawe
Wamberey' uburuhukiro
Nubuntu bwawe bumpagije
Ndikumwe nawe ndaruhutse
Nivyukora vyose nivyiza
Kukubikorana urukundo
Ivyuvuga vyose nukuri
Kukubivugana urukundo
Nisanze murukundo rwawe

( Apollinaire Habonimana )
www.ChordsAZ.com